Amashimwe: Uhoraho Imana yamukijije indwara yaramaranye imyaka myinshi.

Uyu mukenyezi asanzwe atuye mu gihugu ca Canada yaboye urutonde rw’abakozi b’Imana bo mw’Ihanga Ryera ruri ku biganiro vya Radio Isezerano Internationale, yaciye ahamagara inomero imwe murizo araheza aronka ubufasha bgo mu mutima no mu mubiri.Nkuko avyivugira mu ntahe yiwe, yari yaraherageje hirya no hino asaba abasenzi ngo bamusengere arabe yuko yokira vyaranse ariko Imana […]