Inama nshingwa bikorwa y’Ishengero rya Yesu Kristo-Ihanga ry’Imana mu gihugu cacu c’uBurundi yaranaguwe kandi irakomezwa nkuko amategeko abisaba.
Ubuserukizi bg’Ishenero rya Yesu Kristo-Ihanga ry’Imana mu Burundi imbere y’amategeko bgaranaguwe kandi burakomezwa. Inama nshingwabikorwa n’Uwusherukira ishengero Freddy SABUSHIMIKE yarasubirijwe hisunzwe amategeko co kimwe n’abandi batatu biyonjoroye. Twese turi magiriranire kandi tugumana urukundo mu gukorera Umwami wacu Yesu Kristo.