Ukuja mw’ijuru si urufatanamende co kimwe no gushikira ico Imana yagusezeraniye hariho abantu n’ibintu utegerezwa kwikura.
Nkuko umuhanuzi Amosi yabivuze, babiri ntibojana bataraganye kandi hariho intundura zokubuza gushika iyo uriko uraja. Ukuja mw’ijuru si urufatanamende co kimwe no gushikira ico Imana yagusezeraniye hariho abantu n’ibintu utegerezwa kwikura. Hariho abantu atakindi bakora atari ukugusamaza, baguteshe umwanya kuko bobo ata ntumbero bafise. Abo ni ukurekurana nabo ntubahe ikibanza mu mutima wawe kandi bagucokoye […]