Uhoraho aragutangariza yuko isezerano ryawe rigiye gushika.
Abantu benshi bumvise imburi n’ubuhanuzi barabaza ngo ivyo ni ibiki? Inyishu n’uko ari ijambo ry’Imana rihumetswe na Mpwemu w’Imana ho na ho. Ni Uhoraho Imana aba yabonye ico abantu bakeneye kumenya hanyuma akabatahuza ku gihe cabo.Amadini n’amashengero menshi n’abantu ku giti cabo birashika ntibasgire umutima ku mburi n’ubuhanuzi kuko hariho ababgiganye bakavuga ngo Imana yavuze […]