Tandukanye imburi n’ubuhanuzi buca kuri Radio Isezerano Internationale n’inzozi n’ivyipfuzo vy’abantu.
Hariho abantu bitiranya inzozi n’ivyiyumviro vy’abantu bacisha ku mihora ngurukana bumenyi nka za youtube, whatsapp na facebook; bakavyitiranya n’imburi n’ubuhanuzi buca kuri Radio Isezerano Internationale. Abo barota canke baserura ivyipfuzo vyabo bakabishira ku mihora vyumvirizwa na benshi mugabo hashobora kuba harimwo ukuri gukeya ariko ibice vyinshi ni amarangamutima, ivyipfuzo n’inzozi zabo. Murazi yuko ivyoumuntu yamamwo […]