Mu gihugu ca Tanzaniya abantu babiri bapfuye bariko barabatizwa kubera yuko barenze ku masezerano bagiraniye na satani.

Umukozi w’Imana tutazi Ishengero arimwo yazindutse afise umubatizo nkuko asanzwe abigenza mugabo muri iki gihe ntivyamwereye. Abakenyezi babiri mubo yabatije bamupfiriye mu ntoke bari mu mazi ubuzima bgabo buherera aho. Abaraho bose batangaye babonye ibibaye, abavyumvise nabo bibaza yuko kubera mu mpera z’umwaka hama hariho abakozi ba satani batanga ibimazi vy’abantu, bavuga yuko ariwe yoba […]