Mu gihugu cacu c’Uburundi hari amashengero yemewe n’amategeko arenga 750 mugabo hari Ihanga Ryera ry’Imana rimwe gusa.

Mu gihugu cacu hari amashengero yemerewe n’amategeko ashika 750 n’utundi dushengero twitwa utudumbidumbi twinshi tudaharuye. Bose bavuga Imana mugabo igihugu cacu kikaguma gisinzikazwa n’amacakubiri, inzara n’ubukene. Ni ukuvuga yuko ayo madini n’amashengero yose yananiwe gushika ku mugambi. Mu bisanzwe abakozi b’Imana nibo batunganiriza Reta, bagateza imbere igihugu mu Mpwemu no mu mubiri. Ahubgo ubu ibintu […]