Isengesho ryo muri Munyonyo ku bansi b’Imana: « Harageze yuko wiyerekana Mana. »

     ISENGESHO RYO MURI MUNYONYO KU BANSI B’IMANA Uhoraho Imana yacu, mpagaze mu kwizera ijambo ryawe wacishije mu basavyi bawe bo mu gihugu cacu. Muri uku kwezi kwa Munyonyo ndasenze: * Ukubite abungere, intama zabo zisanzare kuko bashizwe hejuru n’amareba n’amangetengete kugira ngo wiheshe icubahiro. *Kubura uzimanganye amadini yazanye gupfukamira ibishushanyo n’ibindi bigirwamana agatitura igitinyiro […]