INTAHE N’AMASHIMWE Y’UMWIGEME NIYONYISHU DIVINE
NIYONYISHU Divine ni umwigeme w’imyaka 20 yabatijwe kw’igenekerezo rya 13/10/2020, mugihe yaramaze imyaka ine aboshwe n’abadayimoni. Kuva igihe yarafise imyaka 16 niho yatangura guhinduka kuburyo mu muryango batabona ivyarivyo kuko yarasanzwe asengera mw’idini rya GATULIKA aho yarasanzwe ari mu murwi w’abaririmvyi (chorale ya louange). Igihe kimwe yariteguyuye, maze agakunda kwisiga amavuta bakunze kwita […]