Uhoraho Imana ahishuye biciye muri ay’amasengesho yuko Rubogorabugingo agiye kwima ingoma mu Burundi.
IHANGA RYERA RY’IMANAIVYAVUYE KU GASOZI K’ABAVUGISHWA I. URUTONDE MPWEMU YATANZEIbikorwa vya Mpwemu yera birakomeye, twakurikiranye urutonde rwose: kubijanye n’ibifungurwa twabonye abari bagize ico gikorane tuhabwa ibiharage n’amateke kandi ayo mateke ntiyarasataguye! Kumwe namazi yo kunywa! Inyuma yaho hateguwe imyumbati! Muntu witavye iki gikorane Uhoraho Imana yatumiye, umenye yuko muri ibi bihe no mubihe bitoroshe bigeye […]