
INKEBUZO KU BAKUNZI B’UMUSARABA
Yesu ashimwe Hanga Ryera ry’Imana. Shengero rya Yesu Kristo, hariho intumwa za satani zatoye kujuragiza aba-Kristo bateramiye Isezerano mukwiyandikisha udutangazo ngo hariho ayandi masengesho dutumyeko: SIVYO NI IKINYOMA. Abadayimoni nta jambo bagifise ku bana b’Imana. Muri iryo tangazo:
- Nti bavuga abaribo kugira ngo agahinyuza ki KARUMELI kabashikeko.
- Ntibashirako inomero zabo ngo Ihanga Ryera ribahinyuze.
- Basaba abantu kwifotoza amafoto ngo mubarungikire.
KIRAZIRA: Ntimurwe mu mitego y’inkozi z’ikibi zibaka amafoto yanyu kuko amayeri ya satani yaramebyekanye
Hari ico ubonye giteye amakenga, hari ico ubaza canke ugomba gutunganya ubugingo bgawe, andikira abungere bo mw’Ihanga Ryera ry’Imana:
A. +1 605 400 5580
B. + 257 69108130
C. + 251 94 084 6357
D. + 256 794 849808
E. + 257 6140 4181
-www.abisezerano.com
-ihangaryimana@gmail.com
-abisezerano@gmail.com
UMWAMI YESU YAMAMARE!