
AMASENGESHO YA FAKE Y’AMIGANANO NTIMUYITABIRE
- Abavugishwa b’Ihanga Ryera ry’Imana mu Burundi no mu mahanga bose beretswe y’uko atavuye k’Uhoraho Imana.
- Amasengesho Uhoraho Imana yategetse gusengwa yatanguye igenekerezo rya 10 arangita kwi 12/10/2020. Ntayandi.
- Uwayatumiye asaba ngo abantu batange amafoto yabo. Ntimurogwe ngo mu pime kuko bagomba ayo batanga i kuzimu.
- Asozera abiba urwanko n’amacakubiri ngo aba na bariya bigira indongozi z’ihanga ry’Abarundi. Yesu Kristo niwe Mwami, Umurongozi n’umudereva wacu. Abandi ni bateshwe bate kandi batware batamena.
- Uwo mutumiro w’amasengesho ni tract n’inyandiko y’ikiburirane itagira izina ry’uwayanditse, inomero yiwe n’aho atuye.
- Igihe cose ubonye ibiteye amakenga, ivyiyitirira umugambi w’Imana canke ugomba gutunganya ubugingo bgawe ngo uronke uburinzi bg’Uhoraho Imana, hamagara abungere bo mw’Ihanga Ryera kuri:
A. +1 605 400 5580
B. + 257 69108130
C. + 251 94 084 6357
D. + 256 794 849808
E. + 257 6140 4181
-ihangaryimana@gmail.com
-abisezerano@gmail.com
UMWAMI YESU YAMAMARE!
.Menyesha abandi.