Urucanco rwa Corona, naho hariho abarufata nk’umuti, ni uburozi
Kubera imvo z’ubukozi bg’ikibi kuvyaremwe, hariho abatunzi bipfuza kugabanya igitigiri c’abantu batuye kw’isi. Abo rero harimwo Bill Gates baragomba gukoresha urucanco rwa Covid-19 kugira ngo baronke ingene basuka ubgo burozi mu maraso y’imiliyaridi indwi z’anantu batuye kw’isi. Kubera igikenye cabo, ishirahamwe mpuzamakungu OMS ryitaho amahara y’abantu nta jambo rigifise co kimwe n’ibinyamakuru bisanzwe bisemerera. Ubu […]