Umutumiro w’amasengesho: Abarundi bagiye kwinjira mu mezi atatu y’ubuhanuzi.

UMUTUMIRO W’AMASENGESHO Nkuko Uhoraho Imana yabidutegetse, Ihanga Ryera ry’Imana ryose riba rifise amasengesho arangiza ukwezi akanatangura ukundi. Amezi yose yo mu mwaka, tuba dufise amasengesho aba kw’italiki ya nyuma irangiza ukwezi n’italiki ya mbere itangura ukwezi. Ubu azokorwa kw’igenekerezo rya 30/09 n’irya 1/10 ni ukuvuga kuwa gatatu no kuwa kane w’imivyizi canke Mercredi na Jeudi […]