Amabanga ya satani yamenetse: Twamenye ibiriko biraba mu gihugu cacu.
AMABANGA Y’IKUZIMU YAMENYEKANYE Hariho abantu batazi yuko hariho iyindi isi ibangabanganywe naha dutuye. Iyo si iriho kandi ikoresha ubushobozi bg’umwijima. Isi ya satani n’abadayimoni, abantu benshi bakunze kwita i KUZIMU iriho kandi n’ukuri. Abarundi n’abanyamahanga benshi bazwi muri ubu buzima bama bagiyeyo bakagaruka kuko bakorera satani bakongera bakarangura n’amabanga yabo ngaha muri iy’isi tubayemwo. […]