UKO UMUKRISTO AKWIRIYE KWIFATA MU BIHE BIGOYE VY’INTAMBARA
UKO UMUKRISTO AKWIRIYE KWIFATA MU BIHE BIGOYE VY’INTAMBARA “Iyo hatari uguhishurirwa, abantu bagenda uko bagomba, ariko uwitondera ivyagezwe aba ahiriwe. “[Imigani 29:18] Abakristo bategerezwa kumenya ingene bifata mu bihe vy’umunezero, ibihe vy’amagorwa n’ibihe vy’intambara kugira ngo boye gukubagurwa na satani canke ngo bacumure kubera ukutamenya. Turagomba yuko umuntu wese asuzuma umutima wiwe yihane, yezwe kugira […]