Intahe y’umwigeme NSAVYIMANA yagiye i kuzimu akamarayo iminsi myinshi ivyo yigishijwe n’ivyo yabonye.

INTAHE Y’UMWIGEME ROSE NSAVYIMANA Hariho abantu benshi kubera imvugo zitandukanye n’ingene bafata ibintu vyo mw’isi y’impwemu; usaga bahakana yuko i kuzimu hatabaho. Benshi twibaza yuko ari uko badasoma Bibiliya ngo bayitahuzwe, abandi yuko bafise impwemu yo guhakana ivyo batazi vyose no kugarariza muri kamere kabo. Bibiliya iratubgira yuko i kuzimu hariho nk’uko mw’ijuru canke kw’isi […]