Uburundi niyo isirayeli y’ukuri kandi abayuda Bibiliya ivuga ni Abarundi si abera: Abanyabgenge barahinduye inkuru benevyo nabo babitwara ukutariko

Mu nkuru z’abakurikirana ivyanditswe muri Bibiliya Yera hariho abavuga yuko Uburundi ariyo Isirayeli y’ukuri atari isirayeli ya 2. Abandi bakemeza neza y’uko ubgoko bg’ Abayuda buri muri Afrika bati bgoba ari Abarundi. Hariho abashika kure bakavuga yuko ari ubgoko bgafashwe nk’abacakara, abahe utu. Mu Barundi hariho abavyemera gutyo naho Bgejeri wewe bavuga yuko abicurika akavuga […]