Abakunda igihugu c’Uburundi barakwiriye gusenga cane kuko hari ibibi vyinshi bihabashikira.
Dusaba yuko abantu biyeza kugira ngo basabe inkomezi zo guhangana n’ibihe bigoye. Hari ibimenyetso vyinshi vyerekana yuko Uhoraho Imana ije guhindura ishire ibintu ku rutonde.