Abarundi twamenye kuva ryari yuko turi Ihanga rimwe gusa ryatoranijwe n’Imana?
ABARUNDI TWAMENYE RYARI YUKO TURI IHANGA RYATORANIJWE N’IMANA? Abarundi batanguye kumenya yuko batoranijwe ngo babe Ihanga ryejejwe mu mwaka wa 1935 aho umuvugabutumwa w’umuswedi yitwa URI yari yaje mu Burundi mu bikogwa vy’aba misiyonari. Uwo muvugabutumwa yaseruye muri uwo mwaka yuko yeretswe umuco ukoroka uvuye mw’ijuru ugakorokera mu gihugu c’Uburundi maze ugakwira isi yose. Ico […]