Uburundi buri muri Bibiliya Yera: Ubuhanuzi bgo kuva kera kuri Yesaya 19:18-25

Ubuhanuzi bg’Uburundi muri Bibiliya YeraUgusesangura ivyandizwe muri Bibiliya bisasiriwe n’uguhishurigwa, birerekana neza yuko vyahanuwe kera ko Ihanga Ryera ry’Imana ryo mu minsi y’Iherezo rizova muri Afrika mu gihugu kiri hagati. Ukurikije n’ubuhanuzi twagiye turaronka yuko imbibe z’igihugu c’Uburundi zizaguka ki kaba kinini, ukaraba n’ingene ishirahamwe ry’ibihugu vya Afrika y’ubuseruko ry’ubatswe, wotahuzwa vyinshi gusumvya. Ico umuntu […]