“DUHINDURA UBUSA INKOMEZI ZA SATANI” Umwungere Alexis NIYORUREMA.

“DUHINDURA UBUSA INKOMEZI ZA SATANI” Umwungere Alexis NIYORUREMA. Mu minsi yahera twarabashikirije intahe yuwo Yesu Kristo yabohoye yari yarakoreshejwe n’abadayimoni. Uyu munsi twagomba tubabgire igice gikurikira. Mu ncamake twabandikiye tuti: “ISHENGERO RYA YESU KRISTO-IHANGA RYERA RY IMANA ryabatije umwigeme TWAMEDUSENGA Estella-Pascasie yari amaze kugarukira kuri Yorodani incuro umunani (8) kubera impwemu yiwe yatwawe i kuzimu […]