EVELYNE NTUNZWENIMANA: Umusenzi akaba n’Umuvugishwa n’Imana yerekwa vyinshi ku gihugu no kw’ishengero

UBUHANUZI BG’UMUVUGISHWA EVELYNE NTUNZWENIMANA. Emelyne NTUNZWENIMANA ni umukenyezi w’umurundikazi yavukiye mu gihugu c’Uburundi, mu ntara ya Gitega muri Komone Mutaho. Yavutse kw’igenekerezo 5 z’ukwezi kawa kane (Ndamukiza) mu mwaka wa 1974. Kubera indyane igihugu cacu caciyemwo yahavuye ahungira mu gihugu ca Tanzaniya mu nkambi y’impunzi ya KARAGO muri Kibondo. Aho niho yaronkeye izina ry’iritazirano rya […]