INGOMA Y’UBWAMI BGA DAWIDI:ivyaranze ubgo bgami.

Abantu benshi na cane cane aba-Kristo bo mu baporisanti, iyo bariko baravuga ubutware bgiza bgo mw’isi bavuga ivyerekeye INGOMA YA DAWIDI yo mu bg’Isirayeli. Abavugishwa iyo bariko baravuga ivyo intwaro Uhoraho Imana yishimira canke igiye kwishiriraho haba mu bindi bihugu canke mu Burundi, bavuga yuko Imana nyeningabo yitoranirije uwo yiyimikikira azotwara gihugu nk’ingoma ya Dawidi. […]