Uwigishijwe inyigisho z’ibinyoma asa n’uwariye uburozi, agenda umubona.
UWIGISHIJWE INYIGISHO Z’IBINYOMA AMEZE NKUWARIYE UBUROZI. Abantu benshi baribuka yuko Muhimpundu Lambert yatangure ari umuvugabutumwa ku mihora ya whatsapp na Facebook akavuga yuko azokwira isi yose avuga ubutumwa. Aho ahungiye mu mwaka wa 2015, nako ubu hoho yivugira ngo yagiye muri 2014 ngo ntiyahunze, yahavuye afatwa n’impwemu zimukubagura. Yahavuye yifatanya n’abahawe ISEZERANO, aragerageza kuvuga […]