Ibiranga abavugishwa b’ibinyoma
IBIRANGA UMUHANUZI W’IBINYOMA Nkuko twabivuze hariho ubuhanuzi butava ku Mana mugabo bugashitswa. Nti bisigura yuko abavuze ubgo buhanuzi baba ari abahanuzi b’Imana kuko n’abahanuzi b’ibinyoma barahanura ibintu biva kuri satani bigashika. Akarorero, Satani arategura kwica abantu abahanuzi biwe bakabitangaza kandi satani akabishitsa kubera yuko abantu batarondeye uburinzi bg’Imana. Nico gituma ubuhanuzi bgose busohotse ari […]