IBIRANGA UMUHANUZI W’IMANA W’UKURI

IBIRANGA UMUVUGISHWA W’UKURI.Muri iyi minsi mu gihugu cacu c’Uburundi no hirya no hino kw’isi huzuye ubuvugishwa bginshi bumwe bg’ukuri n’ubundi bg’ibinyoma. Ihanga Ryera ry’Imana ryabateguriye ibiranga umuvugishwa n’Imana w’ukuri n’ibiranga umuvugishwa w’ibinyoma kugira ngo nti mugwe mu dutego twa satani, ngo mwiyahure canke musange mwizereye ubusa kuko hariho abiyita abavugishwa n’Imana kandi ataribo.Turakunze kwumva ngo […]