Umutumiro w’amasengesho

Mwibuke yuko abizera Yesu Kristo twese kw’italiki ya nyuma n’iya mbere ya kira kwezi tuba dufise amasengesho yo kwiyeza, kwitunganya no gusengera imitwaro itandukanye. Mwese murahawe kaze ku mwisho y’ukwindwi no mu ntango y’ukwezi kw’umunani. Ihanga Ryera ry’Imana risavye umurundi wese aho ari hose mu gihugu n’ahandi hose kuzokwitaba ayo masengesho. Abahawe kwiyiriza bazobikora uko. Ufise (1)imitwaro yo gusengera (2) ufise inzozi uronderera ubusobanuro (3) Ugomba gufatanya ibikorwa n’Ihanga Ryera ry’Imana mutwanikire.Umwami Yesu Kristo yamamare!

2 commentaires sur “Umutumiro w’amasengesho

Votre commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l’aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google

Vous commentez à l’aide de votre compte Google. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l’aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l’aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s