Ishengero rya Yesu Kristo Ihanga Ryera ry’Imana mugihugu ca Kenya.
IHANGA RYERA RY’IMANA MU GIHUGU CA KENYA.Nkuko tumaze iminsi tubashikiriza ibikorwa bitandukanye vy’Ishengero rya Yesu Kristo-Ihanga Ryera ry’Imana mu gihugu no mu mahanga, uyu munsi twagomba tubamenyeshe yuko mu gihugu ca Kenya tuhafitiye intwari za Yesu Kristo zama ziteramiye ISEZERANO ku gihugu no mw’ishengero Imana Uhoraho yahaye abamwubaha. Ubutumwa buvugwa, ingendo ni yayindi ni ugutumbereza […]