Intahe ya Duhoredusenga Estella Pascasie yuzuye umunezero mugabo iteye ubgoba n’agahinda.
ISHENGERO RYA YESU KRISTO-IHANGA RYERA RY IMANA ryabatije DUHOREDUSENGA Estella-Pascasi yari amaze kugarukira kuri yorodani incuro umunani (8) kubera yatwawe i kuzimu akiri umwana akabikuriramwo kandi vyari vyaranse yuko abohoka gushika ico gihe. Afise intahe iteye ubgoba n’agahinda. Duhoredusenga Estella Pascasie. Kuva agifise imyaka itanu (5) yagurishijwe na nyina amuvyara ku mugore atunze cane. Amushikanye […]