ITANGAZO KU BARUNDI BOSE RIBAHAMAGARIRA KWIHANA
Ntimusamazwe n’ibiroro mubona ahubgo mushireumutima kuvyo Uhoraho Imana yahishuye kuko igihe kiraje co gushitswa kw’ISEZERANO. – Imana irerekana ko igiye guhana abihaye ubu tegetsi mu gihugu no mw’ishengero kuko bitaye muvyo batagezwe. Twahawe [1samuel 13: 8-14] “Sauli yagiye gutanga ibimazi kandi atari umuherezi. Samuel amubwira ati ukoze « ivyubupfu ». N’uko bimeze. – Kuba abantu bavuga ko […]