Amakuru avugwa cane: Umugera Covid-19 irabica bigacika washitse no mu kirimba.
Ishengero rya Yesu Kristo Ihanga ry’Imana nta mugambge canke ivyiyumviro vya politike ryegamiye . Ritanga amakuru avugwa cane kugira ngo abizera bamenye ibimenyetso vy’ibihe kandi rihamagarire abantu kwihana no kwiyeza kugira ngo baheze basengere uburinzi bgabo, ubgo imiryango yabo n’ubgo igihugu.