Ibivugwa cane: Inama y’abungere ba kiliziya katolika basohoye icegeranyo kirimwo imvo zotuma amatora yo kuwa 20/05/2020 yogirwa impfabusa.
Ishengero rya Yesu Kristo Ihanga ry’Imana risaba abizera Yesu Kristo kuba Umwami n’Umukiza w’ubugingo bgabo, kutivanga muvyo imigambge, kwihana, kwiyeza no kwitunganya ; maze mu gusengera igihugu c’Uburundi bakagira bati: « Ubugombe bgawe Mana ni bube ».