Amakuru yiriwe aravugwa uyu munsi kuwa 14/05/2020

1. Inyuruzwa n’urupfu rw’umugwizatunga benshi bazi kw’izina rya Kirahwata kube yakoze umwuga wo kumvunjisha amahera mva makungu kuva kera. Akaba yanyurujwe ejo uyu munsi bakamutora ikiziga kwi Jabe. 2. Inyuruzwa n’urupfu rw’abadandaza 2 baturuka mu ntara ya Kayanza batawe mw’ishamba rya Kibira ari ibiziga bari bavuye kurema isoko i Ndora mu ntara ya Cibitoke. 3. […]