Amakuru yiriwe aravugangwa ni ivyerekeye abahitanwa n’umugera wa covid-19

Bavuga yuko uyo mukenyezi yahitanywe n’imugera aho yaba mu kinindo
Ubushikiranganji bg’amagara y’abantu bgemeje yuko hariho abantu 15 banduye umugera bakaba barwaye.
Uyo mutama nawe nyene yahitanye na covid-19 murugo iwe muri Rohero
Uwo mu kukuruke wo muri Brarudi yitwa Jean Pierre nawe bivurwa yuko yahitanywe na Covid-19.

Ihanga ry’Imana rirasaba Abarundi bose na cane cane abazi ico Uhoraho Imana yavuze kw’hanga ry’Abarundi ku guma mu masengesho y’uburinzi no kwubahiriza impanuro z’abaganga mwahawe.