Ni ukugendera ku kwizera, kumenya ubuhinga canke ukwiyahura ikivunga?!
Mu gihe isi yose iri muco bise confinement, aho abantu bose aho bari hose baguma mu mazu canke kumihana yabo mbere amasengero n’imisigiti bikugarwa, imipiri n’ibindi birori vyose bigahagarikwa; harafashwe ingingo z’abaja gukora ibintu vya nkenerwa nko gusuma, kugura imiti canke abakora iyo mirimo ihambaye, naho nyene abantu bakaguma bakaraba kandi bambaye udutambara ku munwa […]