Abarundi bazoheza ryari kuba abiyorobetsi, indyadya, ababeshi no kuba nyamujiryanino
Aho iki gitabo casohoka muri Leta zunze ubumwe za Amerika imbere y’abashakashatsi b’amakaminuza menshi kandi ahambaye, imbere kandi y’abanyavyubahiro barongoge ibisata bitandukanye,twarakurikiye dusanga baratumiye uwuserukira Uburundi muri ONU aranka kw’itaba iyo nama ngo agire ijambo ashikirije. Yavuze yuko Umushikiranganji amurongoye yababujije kuja mu manama canke kwegera ibibanza bivugirwamwo ivy’ubgicanyi bgagahomerabunwa, ivy’ihonyabgoko n’ibindi. Mugabo tubikurikiranye twasanze […]