Amasengesho y’ABERA y’amasaha 24 yatanguye

IHANGA RY’ABERA KW’ISI YOSE RYATANGUYE AMASENGESHOAyo masengesho yo kwitanga ata kurya no kunywa aza kumara amasaha 24h gusa kuri iri genekereza rya 10 NDAMUKIZA 2020, ariko arakorwa mu gihugu c’Uburundi no hirya ku mpande zine z’isi, yitabge n’ab-Kristo bavutse ubgakabiri bizeye yuko Yesu ari Umwami n’Umukiza. Turiko turasenga muri uru rutonde:1.Twese twihane kandi twitunganye kugira […]