Umutumiro w’amasengesho wo kwambaza Imana kubgo uburundi n’Abarundi.
UMUTUMIRO W’AMASENGESHO YO KWITANGAIhanga ry’Imana ryose aho riri mu gihugu cacu c’Uburundi no kw’isi yose, ritumiriye umukristo wese n’abatizera bose kuzifatanya n’abatoranijwe bose mu masengesho yo kwitanga, kuba imbere y’Imana no kutitakambira ijoro n’umurango ata kurya atano kunywa kw’igenekerezo rya 10 Ndamukiza (4) umwaka wi 2020. (Vendredi umurango n’ijoro gushika Samedi mu gitondo) Intumbero ni […]