Umukozi w’Imana Alphonse Niyonzima arasubiriye gutera akamo Abarundi ngo bihane kuko igihe c’ishitswa ry’amasezerano gishitse

IMBURI N’UBUHANUZI BUHAMAGARIRA ABARUNDI BOSE KWIHANA N’UKWEZWA KUKO IBIHE BISHITSE. Alphonse NIYONZIMA n’umwe mu bantu bagendanye na BEBA Guidiyoni kandi nawe yahavuye yerekwa ibintu bitari bike ku gihugu c’Uburundi.Imburi iburira umuntu wese yacokoye akanegura intumwa z’Imana zihamagarira Abarundi ukwihana no kwezwa mu kwitegurira kwinjira mu masezerano Uhoraho Imana yasezeraniye Ihanga Ryera ry’Imana ryi Burundi.Mu mwaka […]