Uhoraho Imana agira ashitse isezerano ku gihugu c’Uburundi nk’uko yabimweretse mu 2015.
UHORAHO AGIRA ASHITSE ISEZERANO YERETSE ABASAVYI N’ABASAVYIKAZI BIWE VUBA Kw’iziina nitwa Irene Sheha. Nd’uwo mw’Ihanga Ryera ry’Imana. Nagira ndagusabe wewe ukunda gusoma ivyerekanywe wigore ufate akanya usome ivyo neretswe kandi nabonye.Hari kwigenekerezo rya 17/08/2015 zari isaha 4.15am( zubuca)Nabonye ndi munzira nduga ahantu hakadugo. Ngize gutrya nza mbona abagabo batatu (3) bambaye impuzu zera mubitugu, bari […]