Abarimyi b’ipampa baridogera leta yuko ibagurira kw’ideni igateba kubishura.
Rugombo #Uburimyi: Abarimyi b’ipampa baridoga ko baheraniwe Abo barimyi b’ipampa ni abo ahitwa Rukana muri komine Rugombo mu ntara ya Cibitoke bavuga ko haheze amezi arenga ane bacuruje ipampa muri #COGERCO kandi bari babwiwe ko bagiye guhabwa amafaranga yabo mugabo amaso agahera mu nzira.Abo barimyi bababazwa no kubona mu kwezi kwa kigarama umuyobozi wa COGERCO […]