Burundi: Intara yose yoba ifise ingene itoza ikori bidahuye n’amategeko y’igihugu canke!
Gitega: Umukiriya wese yinjira mw’ihoteri abwirizwa kuza aratozwa 5 % yiyongera ku giciro c’icumba yarayemwo (Taxe de consommation sur l’hébergement), ayo agaca yegeranywa, agashirwa muri #OBR mu minsi itarenga 15 y’ukwezi gukurikira ukwo yatojwemwo, ico gihe kirenze mwene ihoteri akabihanirwa ». Bishikirizwa na Jean de Dieu Nimbona, ajejwe gusuzuma itororokanywa ry’amakori n’amatagisi mu kigo OBR, i […]