Ihanga Ryera ry’Imana ribipfurije umwaka mwiza 2024

IHANGA RYERA RY’IMANA ribipfurije umwaka mwiza muhire wa 2024. Uzoba umwaka w’umunezero ku bihanye ivyaha vyabo bakezwa, mugabo ugiye kuba umwaka w’amaganya n’amarira ku gihugu no kw’ishengero kuko basasiye indava icaha bakavuga Imana ku munwa gusa.Guhera ubu, utunganye imigenderanire yawe na Yesu Kristo kugira ngo Mpwemu Yera akwibire amabanga azokwirura mu bihe bigoye ibihugu bigiye […]