Ubuhanuzi bg’ikuri burabaho kandi bugiye gushika.

Abashakashatsi barazi kugira ubushakashatsi kandi bakabushira ahabona maze bakitwa ibihangange mw’isi. Ariko ivyo bavuga usanga Abarundi baba babizi imbere y’igihe naho ataho biba vyanditse canke ata biharuro bakoresheje. Ishirahamwe AL rirashobora kubura urupfu rw’umuntu atakwihenda kurimwo. Abashakashatsi bo muri Danemark no muri Amerika bashizeho système yitwa LIFE2VEC ishobora kwerekana yuko umuntu agiye gupfa kandi ibice […]