Itangazo ku migwi y’abasenzi intandukanye: mwiyubare mur’iyi minsi mikuru.
Umwami n’Umukiza Yesu Kristo ashimwe! Nk’uko twabavuniye akagohe mu mwaka uheze, ubu hoho murushirize kwirinda. Mubarire abari ku bicaniro bibange cane kandi bavuge make mur’ ibi bihe.-Abasenga mu mpisho babihebe kiretse umuryango usengera mu nzu iwabo.-Abaja gusengera ku misozi babihagarike,-Abasenga mw’ijoro babihagarike,-Abagenda kuja gusengera mu bindi bibanza ku migoroba babireke,-Abantu bose bakorane abajejwe intwaro ku […]