Twinjiye mu masengesho ahambaye y’iminsi 7 yo gusenyura inzitiro za Yeriko y’Uburundi, ingo wifatanye natwe.
URUGENDO RWO GUSENYURA INZITIRO Z’I YERIKO MU BURUNDI Isenyurwa ry’inzitiro za Yeriko ryabaye ikimenyetso c’ishitswa ry’isezerano kw’ihanga rya Isirayeli. No mu gihe ca none kugira ngo Uhoraho Imana igushitseko ivyo yakuvuzeko, ibanza gusenyura ibimeze nk’imisozi biri imbere yawe nkuko inzitiro zi Yeriko zari zihagaze imbere y’ubgoko bg’Imana.Mu gihugu cacu c’Uburundi, hariho abantu benshi bazi neza […]