Abarundi boreka gufungura ibiterwa bidatanga imbuto kugira babeho neza mu gihugu cabo
Dufatiye akarorero ku bigori, harabaho ibigori bisanzwe bifungugwa n’abantu, harabaho ibigori vyagenewe kugaburira ibitungwa n’ibigori bahinguramwo igitoro( biocarburant). Urabishije amaso, ivyo bigori vyose birasa. Turabire hamwe ibi: Imbuto ni ikigwanisho Abahinga baribanura imbuto, bavyiga igihe kirekire, kandi bibatwara uburyo bg’inshi, ibigo bibakoresha bibahemba amahera menshi, iyo utabahemvye ayakwiye baguhendako bariko barakora. Ibihugu vyatunganije neza igisata […]