Umutumiro w’urugendo rw’iminsi 7 yo gusenyura inzitiro za Yeriko ku Burundi
UMURUNDI WESE ARATUMIWE MU RUGENDO RWO GUSENYURA INZITIRO Z’I YERIKO KU GIHUGU C’UBURUNDI Mwese muratumiriwe mu masengesho adasanzwe yo gusenyura inzitiro za Yeriko mu buzima bg’Ihanga ry’Abarundi. Ayo masengesho azotangura kw’igenekerezo rya 24 gushika kurya 30 zuku kwezi. Isenyurwa ry’inzitiro za Yeriko ryabaye ikimenyetso c’isitswa ry’isezerano kw’ihanga rya Isirayeli. [Yosuwa 6:1-27]Natwe ihanga ry’Abarundi nk’abahawe isezerano […]