Leta yibga kuko isamara canke babigira babizi: Umuntu umwe usanga afise amashirahamwe atsindira amasoko yose.

Ingwano yo kugwanya ubukene ntawoyitsinda atabanje kugwanya abatera ubukene twihoze ibiriko biraba ubu dufate akarorero ku ntwaro ya Président Nkurunziza n’umugambi yazanye wo gutera amavoka. Umuhinga w’indimo yaryogoye ati nyabuna ivyo mukora ntivyumvikana kuko ntaho bizoshikana uwo mugambi, baramutumyeko mw’iperereza baramupfunga maze bamukura mu kazi gutyo baba baramuzibije atagitabara. None inzego zikorera bande? Igihugu zo […]